1 line
392 B
Plaintext
1 line
392 B
Plaintext
\v 13 Malaika wa gatandatu avuza ingunga. Maze numva ijwi riri kuva mu pembe zine za gitwikiro c'izahabu kiri imbere y'Imana. \v 14 Kandi ijwi ribwira malaika wa gatandatu wari afite ingunga ngo : "fungura abamalaika bane bafungiwe k'umugezi munini gwa Efurata. \v 15 Nuko aba bamalaika bane bari biteguye ku isaha, umusi, ukwezi n'umwaka, bararekurwa kugirango bice kimwe ca gatatu c'abantu. |