rw-x-kinyabwisha_rev_text_reg/06/07.txt

1 line
411 B
Plaintext

\v 7 Afunguwiye ikimenyesto c'ikashe ca kane , nayumvishije ijwi ry' ikinyabuzima ca kane kiri kugamba ngo : Ngwino .\v 8 Nkirikureba , nuko nabwenye hayije ifarasi idafite ingufu, uwari ayikeyeho yari yitwa rupfu kandi kuzimu niwe wari umuherekeje. Nuko bahewe ingufu ku gice kimwe ca kane c'isi , kugira ngo bicishe abantu inkota, n'inzara, n'indwara, hamwe n'ibisimba bikarishe byo mushamba yo ku yino si .