1 line
391 B
Plaintext
1 line
391 B
Plaintext
\v 13 Malaika wa gatandatu apika ingunga. Maze nayumvushije ijwi riri kuva mu pembe zine z'igitwikiro c'izahabu kiri hambere y'Imana. \v 14 Kandi ijwi ribwira malaika wa gatandatu wari afite ingunga ngo : "fungura abamalaika bane bafungiwe k'umugezi munini gwa Efurata. \v 15 Nuko aba bamalaika bane bari biteguye ku isaha, umusi, ukwezi n'umwaka, barekuwe ngo bite kimwe ca gatatu c'abantu. |