1 line
309 B
Plaintext
1 line
309 B
Plaintext
\v 13 Cakoraga ibitangaza bikomeye, kugezaho kumanura umuriro guva mw'ijuru ngo guze mw'isi, abantu barteba.\v 14 Cayobyaga abatuye isi gikoresheje ibitangaza byatumaga kibikorera imbere y'ico gisimba, cabwiraga abatuye isi gukora isura ya ca gisimba cari gifite igikomere c'inkota kandi cari gifite ubuzima. |