\v 15 Kandi cahewe guha iyo sura y'igisimba kugira ngo rigambe no kugira ngo abatararamije isura y'ico gisimba bitwe.\v 16 Nuko gikora k'uburyo bwoshe, abakuru n'abatoto, abakire n'abakene, abantu batari mu prizo cangwa imbata, bahewe ikimenyetso ku kiganza cangwa ku mbanga.\v 17 No kuba nta washoboraga kugura cangwa kugurisha nta kashe cangwa izina ry'igisimba cangwa umubare gw'izina ryaco.