\v 1 Malaika wa gatanu yapigire ingunga. Nabwenye ya nyenyeri yagwiye ku si iturukire mu juru. Yahewe urufunguzo rw'icobo c'ikuzimu. Nuko yakingwiye ico cobo c'ikuzimu. \v 2 Muri ico cobo haviyemo umwotsi, gumerire ng'ugw'igishito gikomeye c'ifuru. Izuba n'ikirere byabeye umuyobe kubera ugwo mwotsi gwari gurikuva muri ico cobo.