\v 3Nuko afunguwiye ikimenyetso c'ikashe ca kabiri ,nayumvishije ikinyabuzima ca kabiri kirikugamba ngo : ngwino . \v 4 Hanyuma hasohotse iyindi farasi y'urutuku cane , uwari ayikeyeho yahewe gufuta amahoro musi , kugira ngo abantu bamarane bamwe ku bandi , kandi yahewe inkota nini .