\v 9 Hanyuma y'ibyo , mbona abantu benshi bo umuntu atashobora kubera , go mu mahanga gose , n'imiryango , n'ubwoko bwose , no mu ndimi zose , bari bahagaraze imbere ya ya ntebe y'ubwami , n'imbere y'umwami wintama bambaye amakanzu gumweru , kandi bari bafashe amashami y'imikindo mu ntoke zabo .\v 10 Baribari kuvuga mujwi rinini ririkurenga ngo : agakazi n'ak'Imana Yacu yicaye ku ntebe n'akumwana wintama .