\v 1 Hanyuma, nabwenye malaika agogomire, aturukire mu juru afite urufunguzo rw'ikuzimu n'umunyororo munini mu ndoke ze.\v 2 Nuko yafatire ca kiyoka, inzoka ya kera ari yo shetani umwanzi wetu, arakiboha imyaka igihumbi. \v 3 Agiterera mu ca cobo, yapfundikira. Yahiraho ikimenyetso k'umunwa gw'ico cobo, heru yaco, kugira ngo kitakongera guhabya ubundi bwoko kugeza imyaka igihumbi zirangiriye. Nyuma yaho, kikafungurwe igihe kinnyori.