\v 10 Nenda ako gatabo, nuko ndakamira, mu kanwa kanje kari karyohoreye nk'ubuki, ariko munda huzuramo ubusharire. \v 11 Hanyuma barambwira ngo :" birakwiriye ko wongera guhanurira abantu kangari, amahanga, indimi n'abami, amoko menshi.