\v 11 Nyuma nabwenye ikindi gisimba kiri gutarama, gifite amahembe abiri gasana nago Umwana w'Intama, kandi cagambaga nga ca kiyoka.\v 12 Cakoreshaga ubutware busana n'ubwa ca gisimba ca mbere, kiri imbere zaco, kandi catumaga isi n'abayituyemo baramya ca gisimba cari cakirire ca gisebe cari kigombye kucita.