\v 3 Ikindi kimenyetso congera kuboneka mu juru; reba, cari kiri ikiyoka c'urutuku, gifite ibihanga birindwi n'amahembe icumi, no ku mitwe amashapo g'icubahiro. \v 4 Umurizo gwaco gwakuruye kimwe ca gashatu c'inyenyeri zo mu juru, no kuziterera ku si. Ico kiyoka cari gihageze imbere y'uwo mugore wari wenda kuzara, kurindiriye kumira bunguri umwana we, amarire kuvuka.