\v 6 Nuko ba bamalaika barindwi bari bafite za ngunga (urumbeti)ndwi biteguraga kuzivuza. \v 7 Uwa mbere avuza urumbeti. Maze habaho amahindu n'urubura bivanze n'amaraso, maze bijunywa kw'isi, nuko igice kimwe ca gatatu c'isi kirakongoka, igice kimwe ca gatatu c'ibiti naco kirasha kandi ibyatsi bibisi nabyo birakongoka.