\v 13 Igihe ico kiyoka kibonye ko cajugunywe kw'isi, gikurikira wa mugore wari amaze kubyara umwana w'umuhungu. \v 14 Kandi Imana iha amababa abiri ya ca kizu kinini uwo mugore kugirango aguruke aje m'ubutayu, hahandi azagaburirwa igihe, na kimwe ca kabiri c'igihe, kure y'amaso y'inzoka. Aho ico kiyoka kidashobora kumushikira.