\v 7 Twishime kandi tugire umunezero, kandi tuyihe icubahiro, kubera ko ubukwe bw'Umwana w'intama busohweye, kandi umugeni ari tayari.\v 8 Kandi yahewe uruhusa rwo kwambara umenda w'igitare, gurikwerereza kandi gutariho umucafu. Kubera ko ari byo bikorwa bikwiriye abaha b'Imana.