\v 9 Njewe Yohana umukozi hamwe nenyu , kandi uwo musangiye amateso, n'ubwami no kwihanganira muri Yesu , nari ndi mu kirwa ca Patmosi, kubera Igambo ry'Imana no kubera gutangaza ibya Yesu.\v 10 Najenywe m' umuka ku musi gw'Umwami, ku musi go gusaba, nuko nayumvisize inyuma yanje ijwi rireyi ng' iry' ingunga.\v 11 Ririkugamba ngo: Ibyo urikumva ubyandike mu gitabo, kandi ubitume ku makanisa garindwi , arigo : Efeso , Simurna , Pergamo , Tuatira , Sardi , Filadelfia , na Laodikia .