\v 13 Kuri iyo saha, haba umushitsi (umutingito) gw'isi, nuko kimwe c'icumi c'umugi, kiragwa, abantu ibihumbi birindwi bicirwa muri ugwo mutingito gw'isi, kandi abndi bagira ubwoba maze baha Imana yo mu ijuru icubahiro.\v 14 Ishano (Icago) rya kabiri riratambutse. dore icago ca gatatu kigiye kuza.