auto save
This commit is contained in:
parent
f191bebb58
commit
f66dc6c0a1
|
@ -1 +1 @@
|
|||
\v 3Nuko afunguwiye ikimenyetso c'ikashe ca kabiri ,nayumvishije ikinyabuzima ca kabiri kirikugamba ngo : ngwino . \v 4 Hanyuma hashotse iyindi farasi y'urutuku cane , uwari ayikeyeho yahewe gufuta amahoro musi , kugira ngo abantu bamarane bamwe ku bandi , kandi yahewe inkota nini .
|
||||
\v 3Nuko afunguwiye ikimenyetso c'ikashe ca kabiri ,nayumvishije ikinyabuzima ca kabiri kirikugamba ngo : ngwino . \v 4 Hanyuma hasohotse iyindi farasi y'urutuku cane , uwari ayikeyeho yahewe gufuta amahoro musi , kugira ngo abantu bamarane bamwe ku bandi , kandi yahewe inkota nini .
|
|
@ -1 +1 @@
|
|||
\v 5 Afunguye inkimenyetso c'ikashe ca gatatu , nayumvishije ikinyabuzima ca gatatu kirikugamba ngo : Ngwino. Nkirikureba, nabwenye haje ifarasi y'urukara. Uwari ayikeheho yari afashe ikiro muntoke ze .\v 6 Nuko numva hagati y'ibyo binyabuzima bine ijwi ryari ririkugamba ngo : ikiro kimwe c'ingano kigure idinari rimwe kandi ibiro bitatu bya sayiri , bigure idinari rimwe , naho amavuta na vino ntubigirire nabi .
|
||||
\v 5 Afunguye inkimenyetso c'ikashe ca gatatu , nayumvishije ikinyabuzima ca gatatu kirikugamba ngo : Ngwino. Nkirikureba, nabwenye haje ifarasi y'urukara. Uwari ayikeheho yari afashe ikiro mu ntoke ze .\v 6 Nuko numva hagati y'ibyo binyabuzima bine ijwi ryari ririkugamba ngo : ikiro kimwe c'ingano kigure idinari rimwe kandi ibiro bitatu bya sayiri , bigure idinari rimwe , naho amavuta na vino ntubigirire nabi .
|
Loading…
Reference in New Issue