auto save

This commit is contained in:
DRC137&121 2019-07-31 22:35:13 -04:00 committed by Taiba
parent f5bcdcfa72
commit e83b774d84
1 changed files with 1 additions and 1 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 9 Reba, nguheye abo mu Sinagogi ya Shetani, biheye amazina ngo ni Abayuda kandi bataribo, ariko bakaba ari ababeshi. Reba, ngabashunikire kwija , bapfukamye hambere y'ibikandagizo bya wowe, kandi bakamenye ko ngukunze . \v 10 Kuko witondere igambo ryo kwihanganira muri njewe, nanje ngakurinde mu gihe co gupimwa , kiri hafi kwija mu bihugo byoshe kugerageza abatuye isi yoshe. \v 11 Ndayija bwangu, ukomeze ibyo ufite , hatagira ukwiba ipete rya wowe . \v 9 Reba, nguheye abo mu Sinagogi ya Shetani, biheye amazina ngo ni Abayuda kandi bataribo, ariko bakaba ari ababeshi. Reba, ngabashunikire kwija , bapfukamye hambere y'ibikandagizo bya wowe, kandi bakamenye ko ngukunze . \v 10 Kuko wayitondeye igambo ryo kwihanganira ryanje, nanje ngakurinde mu gihe co gupimwa, kiri hafi kwija mu bihugo byoshe kugerageza abatuye isi yoshe.\v11 Ndikwija bwangu, ukomeze ibyo ufite, hatagira ukwiba ipete ryawe .