auto save

This commit is contained in:
DRC137&121 2019-08-14 05:49:23 -04:00 committed by Taiba
parent 067997f013
commit cf429df3d2
2 changed files with 2 additions and 2 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 15 Kandi cahewe guha iyo sura y'igisimba kugirango rigambe no kugira ngo abatararamije isura y'ico gisimba bicwe.\v 16 Nuko gikora k'uburyo bwose, abakuru n'abatoya, abakire n'abakene, abantu batari mu pirizo cangwa imbata, bahewe ikimenyetso ku kiganza cangwa ku mpanga.\v 17 No kuba nta washoboraga kugura cangwa kugurisha nta kashe cangwa izina ry'igisimba cangwa umubare gw'izina ryaco.
\v 15 Kandi cahewe guha iyo sura y'igisimba kugira ngo rigambe no kugira ngo abatararamije isura y'ico gisimba bicwe.\v 16 Nuko gikora k'uburyo bwose, abakuru n'abatoya, abakire n'abakene, abantu batari mu pirizo cangwa imbata, bahewe ikimenyetso ku kiganza cangwa ku mpanga.\v 17 No kuba nta washoboraga kugura cangwa kugurisha nta kashe cangwa izina ry'igisimba cangwa umubare gw'izina ryaco.

View File

@ -1 +1 @@
\v 18 Ubu nibwo bwenge. Ufite ubwenge abare umubare gw'iki gisimba. Kuberako ari umubare g'umuntu, kandi umubare gwaco ni magana atandatu, mirongo itandatu na gatandatu.
\v 18 Ubu nibwo bwenge. Ufite ubwenge abare umubare gwa kino gisimba. Kubera ko ari umubare g'umuntu, kandi umubare gwaco ni magana atandatu, mirongo itandatu na gatandatu.