From cd60bbb1f388693111a7446948316e298a4ab09e Mon Sep 17 00:00:00 2001 From: KINYABWISHA <> Date: Sat, 19 Nov 2016 15:10:34 +0800 Subject: [PATCH] auto save --- 09/10.txt | 2 +- 1 file changed, 1 insertion(+), 1 deletion(-) diff --git a/09/10.txt b/09/10.txt index c72d9823..6b2fb982 100644 --- a/09/10.txt +++ b/09/10.txt @@ -1 +1 @@ -\v 10 Zari zifite imirizo imeze nka za sikoropio n'imburi, kandi muri izo mirizo nimo hari ubushobozi bwo kubabaza abantu mu igihe c'amezi atanu. \v 11 Zari zifite umwami wazo, malaika w'ikuzimu, witwa "abbadon" mu ruheburayo cangwa appolyoni mu rugiriki.\v 12 Ishano (Icago) rya mbere rimaze gutambuka. Dore haje kandi ibindi ibyago bibiri nyuma y'ico. \ No newline at end of file +\v 10 Zari zifite imirizo imeze nka za sikoropio n'imburi, kandi muri izo mirizo hari harimo ingufu zo kubabaza abantu mu igihe c'amezi atanu. \v 11 Zari zifite umwami wazo, malaika w'ikuzimu, witwa "abbadoni" mu ruheburayo cangwa appolioni mu rugiriki.\v 12 Ishano (Icago) rya mbere rimaze gutambuka. Dore haje kandi ibindi ibyago bibiri nyuma y'ico. \ No newline at end of file