auto save
This commit is contained in:
parent
e76255ca18
commit
b0c5bf9ae8
|
@ -1 +1 @@
|
||||||
Abyara umwana w'umuhungu, ugomba kuragira amahanga gose agaragije inkoni y'icuma. Nuko aganishwa ku Imana no ku ntebe yayo y'ubwami. N'umugore ahungishira mu ubutayu, ahantu hari hateguwe n'Imana, kugira ngo agaburirwe mu misi igihumbi na magana abiri na mirongo itandatu.
|
\v 5 Abyara umwana w'umuhungu, ugomba kuragira amahanga gose agaragije inkoni y'icuma. Nuko aganishwa ku Imana no ku ntebe yayo y'ubwami. \v 6 N'umugore ahungishira mu ubutayu, ahantu hari hateguwe n'Imana, kugira ngo agaburirwe mu misi igihumbi na magana abiri na mirongo itandatu.
|
|
@ -1 +1 @@
|
||||||
Maze haba intambara mu ijuru. Mikaile n'abamalaika be barwanya ico kiyoka. Nuko ico kiyoka n'abamalaika baco bararwana. Ariko ntibabanesha kandi ikicaro cabo nticongeye kuboneka mw'ijuru. Nuko ico kiyika kinini (gikuru) inzoka ya kera, yitwa umushukanyi na Satani, yayindi yayobeje isi yose, kijunywa kw'isi, n'abamalaika baco bajugunywa hamwe naco.
|
\v 7 Maze haba intambara mu ijuru. Mikaile n'abamalaika be barwanya ico kiyoka. Nuko ico kiyoka n'abamalaika baco bararwana. \v 8 Ariko ntibabanesha kandi ikicaro cabo nticongeye kuboneka mw'ijuru. Nuko ico kiyoka kinini (gikuru) inzoka ya k\v 9 era, yitwa umushukanyi na Satani, yayindi yayobeje isi yose, kijunywa kw'isi, n'abamalaika baco bajugunywa hamwe naco.
|
Loading…
Reference in New Issue