auto save

This commit is contained in:
faustin-azaza 2017-12-25 13:34:40 -05:00 committed by Taiba
parent 225dc228ea
commit 9fa8c55e12
1 changed files with 1 additions and 1 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 3 Kandi bari barikuririmba indirimbo nshasha hambere y'intebe y'ubwami no hambere y'ibizima bine n'abakambwe . Nta muntu n'umwe washobweye kwiga iyo ndirimbo , usibye ba bandi ibihumbi ijana na mirongo ine na bane , bari bararokewe kuva ku si . \v 4 Abo n'abatarigeze kw'izambya mu bagore , kuko bari batarasambanye , bakurikiye Umwana w'Intama aho agiye hose . Bacunguwe hagati y'abagabo bameze nk'umuganura gw'Imana n'ugw'Umwana w'Intama \v 5 kandi mu kannwa kabo nta musi na gumwe havumo ububeshi , kuko batari bariho umugayo ugwarigo gose.
\v 3 Kandi bari barikuririmba indirimbo nshasha hambere y'intebe y'ubwami no hambere y'ibizima bine n'abakambwe . Nta muntu n'umwe washobweye kwiga iyo ndirimbo , usibye ba bandi ibihumbi ijana na mirongo ine na bane , bari bararokewe kuva ku si . \v 4 Abo n'abatarigeze kw'izambya mu bagore , kuko bari batarasambanye , bakurikiye Umwana w'Intama aho agiye hose . Bacunguwe hagati y'abagabo bameze nk'umuganura gw'Imana n'ugw'Umwana w'Intama \v 5 kandi mu kannwa kabo nta musi na gumwe havuyemo ububeshi , kuko batari bariho umugayo ugwarigo gose.