auto save

This commit is contained in:
KINYABWISHA 2016-10-23 19:51:23 +08:00 committed by root
parent 0e640d40ae
commit 73d31d40e7
1 changed files with 1 additions and 1 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 10 Zari zifite imirizo imeze nka za sikoropio n'imbori, kandi muri iyo mirizo nimo hari ubushobozi bwo kubabaza abantu mu igihe c'amezi atanu. \v 11 Zari zifite umwami wazo, malaika w'ikuzimu, witwa "abbadon" mu ruheburayo cangwa appolyoni mu rugiriki.\v 12 Ishano (Icago) rya mbere kimaze gutambuka. Dore haje kandi ibyago nyuma y'ico. \v 10 Zari zifite imirizo imeze nka za sikoropio n'imbori, kandi muri iyo mirizo nimo hari ubushobozi bwo kubabaza abantu mu igihe c'amezi atanu. \v 11 Zari zifite umwami wazo, malaika w'ikuzimu, witwa "abbadon" mu ruheburayo cangwa appolyoni mu rugiriki.\v 12 Ishano (Icago) rya mbere rimaze gutambuka. Dore haje kandi ibindi ibyago nyuma y'ico.