auto save

This commit is contained in:
faustin-azaza 2017-12-24 14:05:14 -05:00 committed by Taiba
parent 03709c37c5
commit 7052c53900
1 changed files with 1 additions and 1 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 13 Igihe ico kiyoka cabwenye ko cajugunywe ku si, gikurikira wa mugore wari amarire kubyara umwana w'umuhungu. \v 14 Kandi Imana iha amababa abiri ya ca gisiga kinini uwo mugore kugirango aguruke aje m'ubutayu, ha handi azagaburirwa igihe, na kimwe ca kabiri c'igihe, kure y'amaso y'inzoka, aho ico kiyoka kidashobora kumushikira. \v 13 Igihe ico kiyoka cabwenye ko cajugunywe ku si, gikurikira wa mugore wari amarire kubyara umwana w'umuhungu. \v 14 Kandi Imana yamuheye amababa abiri ya ca kinyoni kinini uwo mugore kugira ngo aguruke agende m'ubutayu, ha handi akahabwe ib igihe, na kimwe ca kabiri c'igihe, kure y'amaso y'inzoka, aho ico kiyoka kidashobora kumushikira.