auto save
This commit is contained in:
parent
5f7c28f492
commit
5c2f8cd62e
|
@ -1 +1 @@
|
|||
\v 13 Igihe ico kiyoka cabwenye ko cajugunywe ku si, gikurikira wa mugore wari amarire kubyara umwana w'umuhungu. \v 14 Kandi Imana yamuheye amababa abiri ya ca kinyoni kinini uwo mugore kugira ngo aguruke agende m'ubutayu, ha handi akahabwe ibiryo igihe, na kimwe ca kabiri c'igihe, kure y'amaso g'inzoka, aho ico kiyoka kidashobweye kumushikira.
|
||||
\v 13 Igihe ico kiyoka cabwenye ko giterewe ku si, cakurikiye wa mugore wari amarire kuzara umwana w'umuhungu. \v 14 Kandi Imana yamuheye amababa abiri ya ca kinyoni kinini uwo mugore kugira ngo aguruke agende m'ubutayu, ha handi akahabwe ibiryo igihe, na kimwe ca kabiri c'igihe, kure y'amaso g'inzoka, aho ico kiyoka kidashobweye kumushikira.
|
Loading…
Reference in New Issue