diff --git a/09/01.txt b/09/01.txt index 1acfc659..e0659e5d 100644 --- a/09/01.txt +++ b/09/01.txt @@ -1 +1 @@ -\v 1 Malaika wa gatanu avuza ingunga. Mbona ya nyenyeri yaguye ku isi iturutse mu ijuru. Ahabwa urufunguzo rw'icobo c'ikuzimu. Nuko akingura ico cobo c'ikuzimu. \v 2 Muri ico cobo havamo umwotsi, gumeze nkugw'igishito gikomeye c'itanura. izuba n'umwuka bihinduka umwijima kubera ugwo mwotsi gwavaga muri ico cobo. \ No newline at end of file +\v 1 Malaika wa gatanu avuza ingunga. Mbona ya nyenyeri yaguye ku isi iturutse mu ijuru. Ahabwa urufunguzo rw'icobo c'ikuzimu. Nuko akingura ico cobo c'ikuzimu. \v 2 Muri ico cobo havamo umwotsi, gumeze nkugw'igishito gikomeye c'ifuru. Izuba n'umwuka bihinduka umuyobe kubera ugwo mwotsi gwavaga muri ico cobo. \ No newline at end of file