auto save

This commit is contained in:
DRC137&121 2019-08-02 03:20:58 -04:00 committed by Taiba
parent 22183e0569
commit 2830a46e43
1 changed files with 1 additions and 1 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 9 Hanyuma y'ibyo , nabwenye abantu akangari bo umuntu adashobweye kubara, go mu mahanga gose , n'imiryango , n'ubwoko bwose , no mu ndimi zose , bari bahagaraye hambere ya ya ntebe y'ubwami , nohambere y' Umwana w' Intama bambeye amaropo g'umweru , kandi bari bafashe amashami y'imikindo mu ntoke zabo .\v 10 Bari bari kugamba mu jwi rinini ririkurenga ngo : agakiza n' ak' Imana Yacu yikeye ku ntebe na ak'Umwana w' Intama .
\v 9 Hanyuma y'ibyo, nabwenye abandu akangari bo umundu adashobweye kubara, bo mu bihugo byoshe , n'imiryango, n'ubwoko bwoshe , no mu ngambo zoshe, bari bahagareye imbere ya ya ndebe y'ubwami, no hambere y' Umwana w' Indama bambeye amaropo g'umweru , kandi bari bafashe amashami y'imikindo mu ntoke zabo .\v 10 Bari bari kugamba mu jwi rinini ririkurenga ngo : agakiza n' ak' Imana Yacu yikeye ku ntebe na ak'Umwana w' Intama .