auto save
This commit is contained in:
parent
3704923183
commit
225dc228ea
|
@ -1 +1 @@
|
||||||
\v 3 Kandi bari barikuririmba indirimbo nshasha hambere y'intebe y'ubwami no hambere y'ibizima bine n'abakambwe . Nta muntu n'umwe washobweye kwiga iyo ndirimbo , usibye ba bandi ibihumbi ijana na mirongo ine na bane , bari bararokewe kuva ku si . \v 4 Abo n'abatarigeze kw'izambya mu bagore , kuko bari batarasambanye , bakurikiye Umwana w'Intama aho agiye hose . Bacunguwe hagati y'abagabo bameze nk'umuganura gw'Imana n'ugw'Umwana w'Intama \v 5 kandi mu kannwa kabo nta musi na gumwe havamo ububeshi , kuko batari bariho umugayo ugwarigo gose.
|
\v 3 Kandi bari barikuririmba indirimbo nshasha hambere y'intebe y'ubwami no hambere y'ibizima bine n'abakambwe . Nta muntu n'umwe washobweye kwiga iyo ndirimbo , usibye ba bandi ibihumbi ijana na mirongo ine na bane , bari bararokewe kuva ku si . \v 4 Abo n'abatarigeze kw'izambya mu bagore , kuko bari batarasambanye , bakurikiye Umwana w'Intama aho agiye hose . Bacunguwe hagati y'abagabo bameze nk'umuganura gw'Imana n'ugw'Umwana w'Intama \v 5 kandi mu kannwa kabo nta musi na gumwe havumo ububeshi , kuko batari bariho umugayo ugwarigo gose.
|
Loading…
Reference in New Issue