auto save
This commit is contained in:
parent
b4d477cca5
commit
214e9fe552
|
@ -1 +1 @@
|
|||
\v 13 Malaika wa gatandatu avuza ingunga. Maze numva ijwi riri kuva mu imfuruka ine za rutari y'izahabu iri imbere y'Imana. \v 14 Kandi ijwi ribwira malaika wa gatandatu wari afite urumbeti ngo : "fungura abamalaika bane bafungiwe k'uruzi runini rwa Efurata. \v 15 Nuko aba bamalaika bane bari biteguye ku isaha, umusi, ukwezi n'umwaka, bararekurwa kugirango bice kimwe ca gatatu c'abantu.
|
||||
\v 13 Malaika wa gatandatu avuza ingunga. Maze numva ijwi riri kuva mu pembe zine za gitwikiro c'izahabu kiri imbere y'Imana. \v 14 Kandi ijwi ribwira malaika wa gatandatu wari afite urumbeti ngo : "fungura abamalaika bane bafungiwe k'uruzi runini rwa Efurata. \v 15 Nuko aba bamalaika bane bari biteguye ku isaha, umusi, ukwezi n'umwaka, bararekurwa kugirango bice kimwe ca gatatu c'abantu.
|
Loading…
Reference in New Issue