From 196547eb29dda49563bf88d12ac665f4263ea19d Mon Sep 17 00:00:00 2001 From: faustin-azaza <> Date: Sat, 23 Dec 2017 13:32:59 -0500 Subject: [PATCH] auto save --- 07/09.txt | 2 +- 1 file changed, 1 insertion(+), 1 deletion(-) diff --git a/07/09.txt b/07/09.txt index 6073661b..584351e4 100644 --- a/07/09.txt +++ b/07/09.txt @@ -1 +1 @@ -\v 9 Hanyuma y'ibyo , nabwenye abantu akangari bo umuntu at , go mu mahanga gose , n'imiryango , n'ubwoko bwose , no mu ndimi zose , bari bahagaraye imbere ya ya ntebe y'ubwami , n'imbere y' Umwana w' Intama bambaye amaropo gumweru , kandi bari bafashe amashami y'imikindo mu ntoke zabo .\v 10 Baribari kugamba mu jwi rinini ririkurenga ngo : agakiza n' ak' Imana Yacu yicaye ku ntebe n'ak'Umwana w' Intama . \ No newline at end of file +\v 9 Hanyuma y'ibyo , nabwenye abantu akangari bo umuntu adashobweye kubara , go mu mahanga gose , n'imiryango , n'ubwoko bwose , no mu ndimi zose , bari bahagaraye imbere ya ya ntebe y'ubwami , n'imbere y' Umwana w' Intama bambaye amaropo gumweru , kandi bari bafashe amashami y'imikindo mu ntoke zabo .\v 10 Baribari kugamba mu jwi rinini ririkurenga ngo : agakiza n' ak' Imana Yacu yicaye ku ntebe n'ak'Umwana w' Intama . \ No newline at end of file