From 15f2d669a6468fd7427ff781a87c843b0dfd0987 Mon Sep 17 00:00:00 2001 From: DRC137&121 <> Date: Mon, 12 Aug 2019 20:42:47 -0400 Subject: [PATCH] auto save --- 11/10.txt | 2 +- 1 file changed, 1 insertion(+), 1 deletion(-) diff --git a/11/10.txt b/11/10.txt index 729a6128..df830881 100644 --- a/11/10.txt +++ b/11/10.txt @@ -1 +1 @@ -\v 10 Kubera ko abatuye mu yino si bakabishimeho cane no kubisekera, bakabe mu mizayo, kandi bakatumirane imbano kuko izo mbuzi zombi zikabe ziteye umubabaro ku batuye ku si. \v 11 Hanyuma y'imisi zitatu n'igice Umuka gw'ubuzima guturukire ku Mana, gukabinjire mo, bahagarare ku birenge byebo; maze ubwoba kangari bukafate ababaga barikubareba boshe. \v 12 bayumvisize ijwi ririguturuka mu juru ririkubabwira ngo : " Mutarame, muyije hano ! Nuko bataramire mu gicu mu juru; kandi abanzi bebo bari barikubareba. \ No newline at end of file +\v 10 Kubera ko abatuye mu yino si bakabishimeho cane no kubisekera, bakabe mu mizayo, kandi bakatumirane imbano kuko izo mbuzi zombi zikabe ziteye umubabaro ku batuye ku si. \v 11 Hanyuma y'imisi zitatu n'igice Umuka gw'ubuzima guturukire ku Mana, gukabinjire mo, bahagarare ku birenge byebo; maze ubwoba kangari bukafate ababaga barikubareba boshe. \v 12 Abo badimwe bakayumve ijwi riturukire mu juru ririkubabwira ngo : " Mutarame, muyije hano ! Nuko bataramire mu gicu mu juru; kandi abanzi bebo bari barikubareba. \ No newline at end of file