auto save

This commit is contained in:
DRC137&121 2019-07-31 22:35:13 -04:00 committed by Taiba
parent 740123f7d8
commit 0f0a7d606f
1 changed files with 1 additions and 1 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\\v 9 Reba, nguheye abo mu Sinagogi ya Shetani, biheye amazina ngo ni Abayuda kandi bataribo, ariko bakaba ari ababeshi. Reba, ngabashunikire kwija , bapfukamye hambere y'ibikandagizo bya wowe, kandi bakamenye ko ngukunze . \v 10 Kuko wayitondeye igambo ryo kwihanganira ryanje, nanje ngakurinde mu gihe co gupimwa, kiri hafi kwija mu bihugo byoshe kugerageza abatuye isi yoshe.\v11 Ndikwija bwangu, ukomeze ibyo ufite, hatagira ukwiba ipete ryawe .
\v 9 Reba, nguheye abo mu Sinagogi ya Shetani, biheye amazina ngo ni Abayuda kandi bataribo, ariko bakaba ari ababeshi. Reba, ngabashunikire kwija , bapfukamye hambere y'ibikandagizo bya wowe, kandi bakamenye ko ngukunze . \v 10 Kuko wayitondeye igambo ryo kwihanganira ryanje, nanje ngakurinde mu gihe co gupimwa, kiri hafi kwija mu bihugo byoshe kugerageza abatuye isi yoshe.\v11 Ndikwija bwangu, ukomeze ibyo ufite, hatagira ukwiba ipete ryawe .