auto save

This commit is contained in:
KINYABWISHA 2016-10-15 02:13:54 +08:00 committed by root
parent 35f2ed7fb8
commit 0292909827
1 changed files with 1 additions and 1 deletions

View File

@ -1 +1 @@
Mbona umwe mu mitwe usana n'uwakomeretse bwo gupfa. ariko igikomere caco kirakira. Isi yose iba m'ugutangara, maze abantu baja inyuma y'ico gisimba. Ico kiyoka kubera ko cari cahaye ubutware ico gisimba, barakiramya bari kugamba ngo : " Ninde usana n'igisimba; ninde ushobora kuk
Mbona umwe mu mitwe usana n'uwakomeretse bwo gupfa. ariko igikomere caco kirakira. Isi yose iba m'ugutangara, maze abantu baja inyuma y'ico gisimba. Ico kiyoka kubera ko cari cahaye ubutware ico gisimba, barakiramya bari kugamba ngo : " Ninde usana n'igisimba; ninde ushobora kukirwanya ?