diff --git a/18/11.txt b/18/11.txt index d4d3d441..94830a0e 100644 --- a/18/11.txt +++ b/18/11.txt @@ -1 +1 @@ -\v 11 Kandi abacuruzi b'isi bakarire bacur'imiborogo kubera ko ubucuruzi bwabo bukashire\v 12 \v 13 by'izahabu, by'ifeza, by'amabuye g'agaciro, imikako, n'imyambaro y'ibitare, y'umutuku ni ya hariri, ni y'imihemba, ni y'ubwoko bwose bw'ibiti n'ibihumura neza, by'umuringa, by'ibyuma, n'ibyakorirwe mu mabuye gitwa marimari, ibyo m'umudarasani, ibihumuraga neza, imibavu, ishangi, icome, n'inzoga, n'amavuta y'Elayo, ifu y'ingenzi, n'ingano, n'ibimasa, n'intama, n'amafarashi, n'amagare, imibiri n'imitima y'abantu. \ No newline at end of file +\v 11 Kandi abacuruzi b'isi bakarire bacur'imiborogo kubera ko ubucuruzi bwabo bukashire\v 12 \v 13 Ubucuruzi by'izahabu, by'ifeza, by'amabuye g'agaciro, imikako, n'imyambaro y'ibitare, y'umutuku ni ya hariri, ni y'imihemba, ni y'ubwoko bwose bw'ibiti n'ibihumura neza, by'umuringa, by'ibyuma, n'ibyakorirwe mu mabuye gitwa marimari, ibyo m'umudarasani, ibihumuraga neza, imibavu, ishangi, icome, n'inzoga, n'amavuta y'Elayo, ifu y'ingenzi, n'ingano, n'ibimasa, n'intama, n'amafarashi, n'amagare, imibiri n'imitima y'abantu. \ No newline at end of file