2019-08-02 07:20:58 +00:00
|
|
|
\v 3Nuko yafungwiye ikimenyetso c'ikashe ca kabiri, nayumvishize ikizima ca kabiri kirikugamba ngo : Inja. \v 4 Hanyuma hashohokiremo iyindi farasi y'urutuku cane, uwari ayikeyeho yahewe gufuta amahoro musi , kugira ngo abantu bitane bamwe ku bandi, kandi yahewe umusho munini .
|