2020-01-28 06:09:07 +00:00
|
|
|
\v 10 Were gutinya ibyenda kukubabaza. Reba, shetani yenda guhirisa bamwe muri mwewe mu prizo kugira ngo mugeragezwe. Kandi mukamare imisi cumi muri mu mateso. Ariko, ukabe indugane kugeza gupfa, nanje ngamuhe ipete ry'ubuzima. \v 11 Ufite amatwi gumvaga neja yumve ibyo Umuka gurikubwira amakanisa. Ukatsinde ndo akateseke igihe c'urupfu rwa kabiri.
|