2019-07-30 02:06:54 +00:00
|
|
|
\v 3 Kandi wiji kwihangana, ko watesekeye izina rya njewe, ndo wapimye gusubira inyuma . \v 4 Ariko rero ico mfite kuri wowe ikitaboneye, nuko wateye urukundo rwawe rwo hambere.\v 5 Nuko wibuke aho wagwiriye, wihane, kandi ukore akazi nga mbere. Utabikorire, ngayije aho uri, kandi ngakwake igitereko c'itara ryawe k' ubwimbo bwaco ubeye utenda kwihana .
|