rw-x-kinyabwisha_rev_text_reg/13/03.txt

1 line
304 B
Plaintext
Raw Normal View History

2019-08-14 09:49:23 +00:00
\v 3 Nabwenye gumwe mu mitwe gusana n'ugwakomeretse cane byo gupfa. Ariko igisebe caco kirakira. Isi yose iratangara, maze abandu bagenda inyuma y'ico gisimba. \v 4 Ico kiyoka kubera ko cari caheye ubutware ico gisimba, barakiramya bari kugamba ngo : " Ni nde usana n'igisimba; ni nde wopima kukirwanya ?