2023-06-25 14:43:20 +00:00
|
|
|
\v 7 Ikizima ca mbere cari gisana n'indare, ikizima ca kabiri gisana n'ikimasa, ikizima ca gashatu cari gifite isura y'umundu, ikizima ca kane gisana co n'ikinyoni kinini kirikuguruka.\v 8 Ibyo bizima bine byari bifite buri kimwe amababa gatandatu kandi byujwiye amesho imbande zoshe no mu ndani. Ndo byasibaga kugamba buri mutaga no mu joro ngo: Indugane, indungane, indungane n'Umwami Mana, Nyiri ngufu zoshe, Wabeyeho, Uriho kandi Uwenda kwija!
|