2023-06-23 12:35:39 +00:00
|
|
|
\v 19 Wandike rero bino bindu byo ubwenye, n'ibiriho, n'ibikayije hanyuma yebyo. \v 20 Kandi wandike ibikabeho mu gihe c'ejo. Isiri y'inyenyeri zirindwi zo wabwenye m'ukuboko kwanje k'uburyo, n'ibitereko birindwi by'izahabu, inyenyeri zirindwi na malaika b'amakanisa barindwi. Kandi ibitereko birindwi ni amakanisa garindwi.
|