\v 3 Nuko afunguye ikimenyetso cikashe ca kabiri ,numva ikizima ca kabiri kirikugamba ngo : ngwino . \v 4 Maze hasohoka ayindi yarasi , itukuye cane , uwari ayicateho , ahabwa gukuraho amahoro mwisi , kugira ngo abantu bamarane bamwe ku bandi , kandi ahabwa inkota nini .