2023-06-26 07:56:12 +00:00
|
|
|
\v 1 Hanyuma, nabwenye malaika bane bari bahagareye mu mbande zine z'isi, bahekire mu maboko gebo imiyaga zine z'isi kugira ngo umuyaga guteguhuha ku si tena, cangwa ku ngezi, cangwa ku giti coshe. Kandi nabwenye uwundi malaika, arigutarama. \v 2 M'uruhande rwaho izuba rirasiraga kandi yari afatire ikimenyero c'Imana Ihorahago. Yari arikugamba n'ijwi rinini kandi rireyi; arikubwira malaika bane bari barikubabaza isi, n'ingezi, nuko yagambire ngo: \v 3 Mutekubabaza isi cangwa ingezi, cangwa ibiti, kugeza turangize guhira ikimenyero ku bihanga by'abakozi b'Imana yetu.
|