2016-10-22 11:45:12 +00:00
|
|
|
\v 6 Kandi mbona uwo mugore yasinze amaraso y'intungane n'amaraso y'abahamya ba Yesu Kirisito. Kubera kumureba mfatwa no gutangara cane. Nuko malaika arambwira ati : " \v 7 Kubera iki wumiwe ? " Ndagucurira umwaze gw'ibanga ry'umugore n'ugw'igisimba kimuhetse, gifite imitwe irindwi n'amahembe icumi.
|