2016-10-03 11:26:19 +00:00
|
|
|
\v 3 Ntamumwe wo mwijuru , cangwa wo mwisi , haba n'uwikuzimu washoboye gufungura ico gitabo cangwa kukireba gusa .\v 4 Nuko ndizwa cane kuboneka hatabonetse n'umwe ukwiriye gufungwa ico gitabo habe no kukireba .\v 5 Nuko umwe muri babasaza arambwira ngo : werekongera kurira , dore intare yo mu muryango gwa Yuda , kandi igitsitsi ca Dawidi , yatsinze kugira ngo ufungure ca gatabo n'amakashe gaco garindwi .
|