2020-01-28 06:09:07 +00:00
|
|
|
\v 9 Bakatarame bujwire mu si yoshe no kuzunguruka ingambi y'ingabo z'indungane n'umuji gukundirwe cane, arigo Yerusalemu. Ariko umuriro gukateremuka guviye mu juru, gubabatwike boshe. \v 10 Kandi wa mushukanyi, wabahabyaga, akatererwe mu ngezi irikugurumira umuriro n'amazuku. Umo nimo ca gisimba na ya mbuzi y'ububesi bakabe bari. Kandi bakababarizwe umwo imyaka amagana n'amagana.
|