2017-12-23 17:05:44 +00:00
|
|
|
\v 8 Umumalaika wa kabiri apika ingunga. Nuko ikintu gisana n'umusozi munini kirikwakamo umuriro caterewe mu ingezi. Kimwe ca gatatu c'ingezi gihinduka amaraso.\v 9 Nuko kimwe ca gatatu c'ibyaremwe biri mu ngezi, byari bifite ubuzima birapfa, na kimwe ca gatatu c'ubwato burarimbuka.
|