2019-07-30 02:06:54 +00:00
|
|
|
\v 19 Wandike rero bino bindu byo ubwenye , n'ibiriho , n'ibikayije hanyuma yabyo. \v 20 Kandi wandike ibikabeho mu gihe c'ejo. Isiri y'inyenyeri zirindwi zo wabwenye mu kuboko kwanje ko m' uburyo, n'ibitereko birindwi by'izahabu, inyenyeri zirindwi ni malaika b'amakanisa barindwi . Kandi ibitereko birindwi ni amakanisa garindwi .
|