2016-11-17 13:33:01 +00:00
|
|
|
\v 12 Andikira malaika w'ikanisa ry'iriri Perigamo ngo : uku niko arikugamba ufite inkota ifite ubugi impande zombi .\v 13 Nzi aho abaga , nziko aho ari intebe y' ubwami bwa shetani . Nyamara urigukomeza kubika izina ryanje , kandi ntabwo wahakanye kunyizera ,ndetse no mu musi ya Antipa, umudimwe wanje w'icizere , uwo biciye iwanyu , aho satani atuye.
|