2019-09-30 04:27:25 +00:00
|
|
|
\v 11 Nuko umwotsi gw'amateso gutarama imyaka amagana n'amagana, kandi ndakuruhuka kikagire umutaga na n'ijoro. kirikuramya ico gisimba n'ikigirwamana caco, n'umuntu wose ukakire ikimenyetso c'izina ryaco . \v 12 Aha niho kwihangana kw' intungane kuri, abarindaga amategeko y'Imana no kwizera Yesu .
|